-
Ezekiyeli 48:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Kandi kuri ivyo haze habe intererano nyeranda igenewe abaherezi+: mu buraruko amatambwe ibihumbi mirongo ibiri na bitanu, mu burengero ubwaguke bw’ibihumbi cumi, mu buseruko ubwaguke bw’ibihumbi cumi, mu bumanuko na ho uburebure bw’ibihumbi mirongo ibiri na bitanu. Kandi ikibanza c’aheranda ca Yehova kize kibe hagati yaho+.
-