Guharura 35:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Tegeka bene Isirayeli baze bahe Abalewi ibisagara+ vyo kubamwo ku ntoranwa bigabira, kandi baze bahe Abalewi itongo ry’uburagiriro ry’ivyo bisagara riri irya n’ino yavyo+. Yosuwa 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bene Isirayeli, bakurikije itegeko rya Yehova, baha rero Abalewi+ ibi bisagara n’amatongo y’uburagiriro yavyo mu ntoranwa yabo+. Ezekiyeli 45:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uzoba umugabane mweranda ukuwe ku gihugu ugenewe abaherezi+, abasuku b’aheranda, abegēra kugira ngo bakorere Yehova+. Hazobabera ikibanza c’amazu, be n’ikibanza ceranda kigenewe aheranda.
2 “Tegeka bene Isirayeli baze bahe Abalewi ibisagara+ vyo kubamwo ku ntoranwa bigabira, kandi baze bahe Abalewi itongo ry’uburagiriro ry’ivyo bisagara riri irya n’ino yavyo+.
3 Bene Isirayeli, bakurikije itegeko rya Yehova, baha rero Abalewi+ ibi bisagara n’amatongo y’uburagiriro yavyo mu ntoranwa yabo+.
4 Uzoba umugabane mweranda ukuwe ku gihugu ugenewe abaherezi+, abasuku b’aheranda, abegēra kugira ngo bakorere Yehova+. Hazobabera ikibanza c’amazu, be n’ikibanza ceranda kigenewe aheranda.