Abalewi 23:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi kugira indwi hazoba umusi mukuru w’insago kuri Yehova, mu kiringo c’imisi indwi+. 2 Ngoma 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko abagabo ba Isirayeli bose bakoranira ku mwami mu gihe c’umusi mukuru, uw’ukwezi kugira indwi+.
34 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi kugira indwi hazoba umusi mukuru w’insago kuri Yehova, mu kiringo c’imisi indwi+.
3 Nuko abagabo ba Isirayeli bose bakoranira ku mwami mu gihe c’umusi mukuru, uw’ukwezi kugira indwi+.