34 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi kugira indwi hazoba umusi mukuru w’insago kuri Yehova, mu kiringo c’imisi indwi+.
8 Nuko ico gihe Salomo agira umusi mukuru+ imisi indwi, ari kumwe na Isirayeli yose+, ishengero rinini cane+, kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku mwonga wa Misiri+.