ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 29:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Hanyuma ku musi ugira cumi na gatanu wa nya kwezi kugira indwi+ muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+, kandi muze muhimbarize Yehova umusi mukuru imisi indwi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Umusi mukuru w’insago+ ukwiye kuwihimbariza imisi indwi igihe wegeranya ivyo ku mbuga yawe y’ikubitiro no mu ruganiro rwawe rw’amavuta n’umuvinyu.

  • 2 Ngoma 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko ico gihe Salomo agira umusi mukuru+ imisi indwi, ari kumwe na Isirayeli yose+, ishengero rinini cane+, kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku mwonga wa Misiri+.

  • Zakariya 14:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Kandi abasigaye bose mu mahanga yose aza gutera Yeruzalemu+, bazoduga koko ku mwaka ku mwaka+ kwunamira wa Mwami+, Yehova nyen’ingabo+, no guhimbaza umusi mukuru w’insago+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika