Guharura 28:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 n’ingero z’ivy’icumi zitatu z’ifu inoze ngo ibe ishikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe amavuta ku bw’ishūri imwimwe yose, n’ingero z’ivy’icumi zibiri z’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta ku bwa nya mpfizi y’intama imwe+, Ezekiyeli 45:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Aze azane efa imwe y’ishikanwa ry’intete ku bw’ico kimasa be na efa imwe ku bw’iyo mpfizi y’intama; ku mavuta na ho, azane ingero imwe ya hini* kuri efa+.
12 n’ingero z’ivy’icumi zitatu z’ifu inoze ngo ibe ishikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe amavuta ku bw’ishūri imwimwe yose, n’ingero z’ivy’icumi zibiri z’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta ku bwa nya mpfizi y’intama imwe+,
24 Aze azane efa imwe y’ishikanwa ry’intete ku bw’ico kimasa be na efa imwe ku bw’iyo mpfizi y’intama; ku mavuta na ho, azane ingero imwe ya hini* kuri efa+.