Ezekiyeli 46:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 n’ingero imwe ya efa y’ishikanwa ry’intete ku bw’iyo mpfizi y’intama+, hanyuma ku bw’iyo myagazi y’intama y’amasuguru ashikirize ishikanwa ry’intete nk’uko azoba ashoboye gutanga+; ku mavuta na ho, aze ashikirize ingero imwe ya hini kuri efa+.
5 n’ingero imwe ya efa y’ishikanwa ry’intete ku bw’iyo mpfizi y’intama+, hanyuma ku bw’iyo myagazi y’intama y’amasuguru ashikirize ishikanwa ry’intete nk’uko azoba ashoboye gutanga+; ku mavuta na ho, aze ashikirize ingero imwe ya hini kuri efa+.