ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Ariko nimba ari umuntu mutoyi+ kandi akaba adafise uburyo buhagije+, aze atore impfizi y’intama ikiri nto imwe bwa shikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, ribe ishikanwa rizungagizwa kugira atangirwe impongano, n’ic’icumi c’ingero ya efa c’ifu inoze ibombekeshejwe amavuta bwa shikanwa ry’intete be n’ingero ya logi y’amavuta,

  • Ezekiyeli 46:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mu misi mikuru+ no mu biringo vy’imisi mikuru, ishikanwa ry’intete rize ribe efa imwe ku bwa ca kimasa na efa imwe ku bwa ya mpfizi y’intama, no ku bwa ya myagazi y’intama y’amasuguru atange nk’uko ashoboye; ku mavuta na ho, ize ibe ingero imwe ya hini kuri efa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika