24 Aze azane efa imwe y’ishikanwa ry’intete ku bw’ico kimasa be na efa imwe ku bw’iyo mpfizi y’intama; ku mavuta na ho, azane ingero imwe ya hini* kuri efa+.
7 Kandi aze ahereze efa imwe ku bw’ico kimasa na efa imwe ku bw’iyo mpfizi y’intama, bwa shikanwa ry’intete, no ku bw’iyo myagazi y’intama y’amasuguru bivanye n’ivyo ashoboye kuronka; ku mavuta na ho, aze ahereze ingero imwe ya hini kuri efa+.