Kuvayo 16:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Omeri rero ni ic’icumi c’ingero ya efa*. Ezekiyeli 45:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Aze azane efa imwe y’ishikanwa ry’intete ku bw’ico kimasa be na efa imwe ku bw’iyo mpfizi y’intama; ku mavuta na ho, azane ingero imwe ya hini* kuri efa+.
24 Aze azane efa imwe y’ishikanwa ry’intete ku bw’ico kimasa be na efa imwe ku bw’iyo mpfizi y’intama; ku mavuta na ho, azane ingero imwe ya hini* kuri efa+.