Abalewi 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Imisi mikuru y’ibiringo+ ya Yehova mukwiye gutangaza+ ni amahwaniro meranda. Iyi ni yo misi mikuru yanje y’ibiringo: Guharura 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 “‘Mu kwezi kugira indwi, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+. Uzobabera umusi w’ijwi ry’urumbete+. Gusubira mu vyagezwe 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze utegerezwa guhimbaza umusi mukuru w’amayinga ku bwa Yehova Imana yawe+, hisunzwe ishikanwa ritangwa ku bushake uzotanga ryo mu kuboko kwawe, nk’uko Yehova Imana yawe azoba yaguhezagiye+.
2 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Imisi mikuru y’ibiringo+ ya Yehova mukwiye gutangaza+ ni amahwaniro meranda. Iyi ni yo misi mikuru yanje y’ibiringo:
29 “‘Mu kwezi kugira indwi, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+. Uzobabera umusi w’ijwi ry’urumbete+.
10 Maze utegerezwa guhimbaza umusi mukuru w’amayinga ku bwa Yehova Imana yawe+, hisunzwe ishikanwa ritangwa ku bushake uzotanga ryo mu kuboko kwawe, nk’uko Yehova Imana yawe azoba yaguhezagiye+.