Ezekiyeli 40:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Arahava anzana amaja mu bumanuko, maze mbona irembo amaja mu bumanuko+, hanyuma agera inkingi zaryo zo mu mbavu n’ibaraza ryaryo, bigira ingero nk’iza vya bindi.
24 Arahava anzana amaja mu bumanuko, maze mbona irembo amaja mu bumanuko+, hanyuma agera inkingi zaryo zo mu mbavu n’ibaraza ryaryo, bigira ingero nk’iza vya bindi.