Ivyahishuwe 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 rumanuka hagati mu nzira yagutse ya nya gisagara. Kandi hakuno y’urwo ruzi no hakurya hari ibiti+ vy’ubuzima vyera incuro cumi na zibiri mu mwaka, bikama ivyamwa vyavyo buri kwezi+. Amababi ya nya biti na yo yari ayo kuvūra amahanga+.
2 rumanuka hagati mu nzira yagutse ya nya gisagara. Kandi hakuno y’urwo ruzi no hakurya hari ibiti+ vy’ubuzima vyera incuro cumi na zibiri mu mwaka, bikama ivyamwa vyavyo buri kwezi+. Amababi ya nya biti na yo yari ayo kuvūra amahanga+.