Itanguriro 48:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero abahungu bawe babiri wavyariwe mu gihugu ca Misiri imbere y’uko nza aha uri mu Misiri, ni abanje+. Efurayimu na Manase bazoba abanje nka Rubeni na Simeyoni+. Yosuwa 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Urubibe rwa bene Efurayimu hakurikijwe imiryango yabo, egome, urubibe rw’intoranwa yabo amaja mu buseruko, rwabaye Ataroti-adari+, gushika i Beti-horoni yo Haruguru+; Yosuwa 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yosuwa abwira rero inzu ya Yozefu, ni ukuvuga Efurayimu na Manase, ati: “Uri igisata c’abantu benshi, kandi ufise inkomezi nyinshi+. Ntukwiye kuronka akarere kavuye ku bupfindo kamwe+,
5 Ubu rero abahungu bawe babiri wavyariwe mu gihugu ca Misiri imbere y’uko nza aha uri mu Misiri, ni abanje+. Efurayimu na Manase bazoba abanje nka Rubeni na Simeyoni+.
5 Urubibe rwa bene Efurayimu hakurikijwe imiryango yabo, egome, urubibe rw’intoranwa yabo amaja mu buseruko, rwabaye Ataroti-adari+, gushika i Beti-horoni yo Haruguru+;
17 Yosuwa abwira rero inzu ya Yozefu, ni ukuvuga Efurayimu na Manase, ati: “Uri igisata c’abantu benshi, kandi ufise inkomezi nyinshi+. Ntukwiye kuronka akarere kavuye ku bupfindo kamwe+,