Itanguriro 35:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi ivyahavuye biba ni uko igihe yariko+ aracikana* (kuko yapfuye+) yamwise Beni-oni*, mugabo se amwita Benyamini*+. Yosuwa 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ibisagara vy’umuryango wa bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo vyari Yeriko+ na Beti-hogula na Emeki-kezizi,
18 Kandi ivyahavuye biba ni uko igihe yariko+ aracikana* (kuko yapfuye+) yamwise Beni-oni*, mugabo se amwita Benyamini*+.
21 Ibisagara vy’umuryango wa bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo vyari Yeriko+ na Beti-hogula na Emeki-kezizi,