Yesaya 66:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hari urwamo rw’intureka ruva mu gisagara, urwamo ruva mu rusengero+! Ni urwamo rwa Yehova ariko yishura abansi biwe ivyo bakwiriye+. Ezekiyeli 33:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninagira igihugu igiharabuga+, emwe, umusaka, kubera ibintu vyabo vyose bakoze biteye ishishi+.”’
6 Hari urwamo rw’intureka ruva mu gisagara, urwamo ruva mu rusengero+! Ni urwamo rwa Yehova ariko yishura abansi biwe ivyo bakwiriye+.
29 Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninagira igihugu igiharabuga+, emwe, umusaka, kubera ibintu vyabo vyose bakoze biteye ishishi+.”’