Abalewi 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 nanje rero nzobwirizwa kugenda ndabarwanya narunguye+, kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubahana incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+. Gusubira mu vyagezwe 32:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nzokwongereza ivyago kuri bo+;Imyampi yanje nzoyimarira kuri bo+. Yeremiya 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Isenyuka ku rindi, ivyo ni vyo basemereye, kuko igihugu cose kinyazwe+. Amahema yanje anyazwe bukwi na bukwi+, ibitambara vy’ihema vyanje binyazwe mu kanya gatoyi.
28 nanje rero nzobwirizwa kugenda ndabarwanya narunguye+, kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubahana incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+.
20 Isenyuka ku rindi, ivyo ni vyo basemereye, kuko igihugu cose kinyazwe+. Amahema yanje anyazwe bukwi na bukwi+, ibitambara vy’ihema vyanje binyazwe mu kanya gatoyi.