ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nayo amaringi yayo, yari afise uburebure bw’amahagarara bunini ku buryo yari ateye ubwoba; kandi amaringi yayo yari yuzuye amaso ayazungurutse yose uko ari ane+.

  • Ivyahishuwe 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi imbere ya nya ntebe hari ico womenga ni ikiyaga c’ikiyo+ kimeze nk’ibuye ry’agaciro ryitwa kirisitalo.

      Kandi hagati ya nya ntebe no hirya no hino yayo hari ibinyabuzima bine+ vyuzuyeko amaso imbere n’inyuma.

  • Ivyahishuwe 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi ku vyerekeye ivyo binyabuzima bine+, kimwekimwe muri vyo uko bikurikirana gifise amababa atandatu+; hirya no hino be no munsi vyuzuyeko amaso+. Kandi nta karuhuko bigira ku murango no mw’ijoro kuko biguma bivuga biti: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova+ Imana, Mushoboravyose+, uwariho kandi ariho+ kandi ariko araza.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika