Ezekiyeli 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Igihe nya binyabuzima bigiye, nya makurudumu yagendera iruhande yavyo, igihe na ho bidugijwe bikava kw’isi, na nya makurudumu yaraduzwa+.
19 Igihe nya binyabuzima bigiye, nya makurudumu yagendera iruhande yavyo, igihe na ho bidugijwe bikava kw’isi, na nya makurudumu yaraduzwa+.