2 Ngoma 36:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Vyongeye, abasigaye batishwe n’inkota abatwara i Babiloni ari imbohe+, baba abasuku biwe+ n’ab’abahungu biwe gushika ubwami bw’Ubuperesi+ butanguye kuganza; Yeremiya 52:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma umwami wa Babiloni amubohesha amapingu y’umujumpu araheza amujana i Babiloni+, amushira mu nzu acungirwamwo gushika umusi yapfiriyeko.
20 Vyongeye, abasigaye batishwe n’inkota abatwara i Babiloni ari imbohe+, baba abasuku biwe+ n’ab’abahungu biwe gushika ubwami bw’Ubuperesi+ butanguye kuganza;
11 Amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma umwami wa Babiloni amubohesha amapingu y’umujumpu araheza amujana i Babiloni+, amushira mu nzu acungirwamwo gushika umusi yapfiriyeko.