2 Abami 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+. Yeremiya 39:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ahumisha amaso ya Zedekiya+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu, kugira ngo amujane i Babiloni.
7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+.
7 Ahumisha amaso ya Zedekiya+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu, kugira ngo amujane i Babiloni.