Itanguriro 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Nowa akora yisunze ivyo Imana yari yamutegetse vyose. Akora kuno nyene+. Kuvayo 39:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko igikorwa ca ya taberenakulo y’ihema ry’ihuriro cose kirarangira, kuko bene Isirayeli bagumye bakora bisunze ivyo Yehova yari yategetse Musa vyose+. Bakora kuno nyene.
32 Nuko igikorwa ca ya taberenakulo y’ihema ry’ihuriro cose kirarangira, kuko bene Isirayeli bagumye bakora bisunze ivyo Yehova yari yategetse Musa vyose+. Bakora kuno nyene.