Ezekiyeli 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ni co gituma, mwa bagore, mutazoguma mwerekwa ivy’ububeshi+, kandi nta ndagu+ muzosubira+ kuragura+; nzorokora abantu banje mu kuboko kwanyu+, kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’”
23 ni co gituma, mwa bagore, mutazoguma mwerekwa ivy’ububeshi+, kandi nta ndagu+ muzosubira+ kuragura+; nzorokora abantu banje mu kuboko kwanyu+, kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’”