Indirimbo ya Salomo 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Watumye umutima wanje udidagizwa, ewe mushikanje+, mugeni wanje+, watumye umutima wanje udidagizwa kubera rimwe mu maso yawe+, kubera akadede kamwe k’urunigi rwawe.
9 Watumye umutima wanje udidagizwa, ewe mushikanje+, mugeni wanje+, watumye umutima wanje udidagizwa kubera rimwe mu maso yawe+, kubera akadede kamwe k’urunigi rwawe.