Yeremiya 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Boba baramaramajwe n’uko bakoze ikintu giteye ishishi+? Kimwe coco, ntibamaramara; vyongeye, ntibigeze bamenya no guteterwa ico ari co+. Ku bw’ivyo, bazogwa mu bagwa+; bazotsitara ninagira ico ndababaza,” ni ko Yehova avuze.
15 Boba baramaramajwe n’uko bakoze ikintu giteye ishishi+? Kimwe coco, ntibamaramara; vyongeye, ntibigeze bamenya no guteterwa ico ari co+. Ku bw’ivyo, bazogwa mu bagwa+; bazotsitara ninagira ico ndababaza,” ni ko Yehova avuze.