Ezekiyeli 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi ku bijanye n’abahanuzi ba Isirayeli bavuga ubuhanuzi+, ubwire abavuga ubuhanuzi buvuye mu mutima wabo bwite, uti+: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova+.
2 “Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi ku bijanye n’abahanuzi ba Isirayeli bavuga ubuhanuzi+, ubwire abavuga ubuhanuzi buvuye mu mutima wabo bwite, uti+: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova+.