ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 38:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ariko haciye nk’amezi atatu Yuda abwirwa ngo: “Tamari umukazana wawe yagize ivy’umumaraya+, kandi ehe aranibungenze+ bivuye ku bumaraya bwiwe.” Yuda na we avuga ati: “Nimumusohore maze aturirwe+.”

  • Abalewi 20:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+.

  • Gusubira mu vyagezwe 22:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika