Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo. Kuvayo 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Uwukubise umuntu agapfa koko, ntaze abure kwicwa+. Zaburi 79:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yasheshe amaraso yabo nk’amaziIrya n’ino ya Yeruzalemu, kandi nta wo kubahamba ariho+.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.