1 Samweli 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nk’uko nyene umugani w’aba kera uvuga uti: ‘Ububisha buzosohoka buvuye mu babisha+,’ ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako. Ezekiyeli 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mbega bisobanura iki kuri mwebwe kuba muvuga iyi mvugo y’akagani ku butaka bwa Isirayeli, ngo: ‘Ba se ni bo barya inzabibu z’ibiturumbwe, mugabo amenyo y’abana ni yo ajiginyurwa+’?
13 Nk’uko nyene umugani w’aba kera uvuga uti: ‘Ububisha buzosohoka buvuye mu babisha+,’ ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako.
2 “Mbega bisobanura iki kuri mwebwe kuba muvuga iyi mvugo y’akagani ku butaka bwa Isirayeli, ngo: ‘Ba se ni bo barya inzabibu z’ibiturumbwe, mugabo amenyo y’abana ni yo ajiginyurwa+’?