Ezekiyeli 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye Yeruzalemu: “Amamuko yawe n’amavuka yawe ni mu gihugu c’Umunyakanani+. So yari Umwamori+, nyoko na we Umuhetikazi+.
3 Uze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye Yeruzalemu: “Amamuko yawe n’amavuka yawe ni mu gihugu c’Umunyakanani+. So yari Umwamori+, nyoko na we Umuhetikazi+.