Itanguriro 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abantu b’i Sodomu bari babi bakaba n’abacumuzi katwa kuri Yehova+. Itanguriro 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ku bw’ivyo rero Yehova avuga ati: “Induru y’ukwidogera Sodomu na Gomora+, emwe, ni nyinshi, kandi igicumuro cabo, emwe, kiraremereye cane+. Itanguriro 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko baguma basemerera kuri Loti bamubwira bati: “Ba bagabo binjiye iwawe iri joro bari he? Basohore ubazane aho turi turyamane na bo+.”
20 Ku bw’ivyo rero Yehova avuga ati: “Induru y’ukwidogera Sodomu na Gomora+, emwe, ni nyinshi, kandi igicumuro cabo, emwe, kiraremereye cane+.
5 Nuko baguma basemerera kuri Loti bamubwira bati: “Ba bagabo binjiye iwawe iri joro bari he? Basohore ubazane aho turi turyamane na bo+.”