Yeremiya 33:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Mbega ntiwabonye ivyo abo muri aba bantu bavuze, ngo: ‘Ya miryango ibiri Yehova yatora+, na yo nyene azoyiheba’? Kandi baguma bagaya abantu banje+, kugira ngo ntibabandanye kuba ihanga imbere yabo.
24 “Mbega ntiwabonye ivyo abo muri aba bantu bavuze, ngo: ‘Ya miryango ibiri Yehova yatora+, na yo nyene azoyiheba’? Kandi baguma bagaya abantu banje+, kugira ngo ntibabandanye kuba ihanga imbere yabo.