Gucura intimba 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ba sogokuruza bacu ni bo bacumuye+. Ntibakiriho. Ariko twebwe, twabwirijwe kwikorera amakosa yabo+. Ezekiyeli 23:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Bazozana kuri mwebwe ubushirasoni bwanyu+, kandi muzokwiremeka ibicumuro vy’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Umukama Segaba Yehova+.’”
7 Ba sogokuruza bacu ni bo bacumuye+. Ntibakiriho. Ariko twebwe, twabwirijwe kwikorera amakosa yabo+.
49 Bazozana kuri mwebwe ubushirasoni bwanyu+, kandi muzokwiremeka ibicumuro vy’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Umukama Segaba Yehova+.’”