Gusubira mu vyagezwe 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko hagati mu gihugu hatazokwigera habura umworo+. Ni co gituma ndagutegetse, nti: ‘Uze upfumbatururire cane ikiganza cawe mwene wanyu w’umurushwa kandi w’umworo mu gihugu cawe+.’ Yobu 31:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi nkaba nahora ndya jenyene ikimanyu canje c’umukate+,Mugabo impfuvyi* ntikiryeko Matayo 25:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kuko nashonje mukampa ico ndya+. Naranyotewe murampa ico nywa. Nari kavantara muranyakira neza+;
11 Kuko hagati mu gihugu hatazokwigera habura umworo+. Ni co gituma ndagutegetse, nti: ‘Uze upfumbatururire cane ikiganza cawe mwene wanyu w’umurushwa kandi w’umworo mu gihugu cawe+.’
17 Kandi nkaba nahora ndya jenyene ikimanyu canje c’umukate+,Mugabo impfuvyi* ntikiryeko Matayo 25:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kuko nashonje mukampa ico ndya+. Naranyotewe murampa ico nywa. Nari kavantara muranyakira neza+;