Ezekiyeli 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 akaguma agendera mu vyagezwe vyanje+, akagumya ingingo zanje z’ubutungane kugira ashitse ukuri+: uyo ni umugororotsi+. Ntazobura kubandanya kubaho+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
9 akaguma agendera mu vyagezwe vyanje+, akagumya ingingo zanje z’ubutungane kugira ashitse ukuri+: uyo ni umugororotsi+. Ntazobura kubandanya kubaho+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.