Gusubira mu vyagezwe 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ubutungane, ubutungane ni bwo ukwiye gukurikirana+, kugira ugume uri muzima kandi wigarurire koko igihugu Yehova Imana yawe agira aguhe+. Ezekiyeli 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 akaguma agendera mu vyagezwe vyanje+, akagumya ingingo zanje z’ubutungane kugira ashitse ukuri+: uyo ni umugororotsi+. Ntazobura kubandanya kubaho+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. Abaroma 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko Musa yandika yuko umuntu ashikije ubugororotsi bwo mw’Itegeko azobeshwaho na bwo+.
20 Ubutungane, ubutungane ni bwo ukwiye gukurikirana+, kugira ugume uri muzima kandi wigarurire koko igihugu Yehova Imana yawe agira aguhe+.
9 akaguma agendera mu vyagezwe vyanje+, akagumya ingingo zanje z’ubutungane kugira ashitse ukuri+: uyo ni umugororotsi+. Ntazobura kubandanya kubaho+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.