2 Abami 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nuko Farawo Neko+ amushira mu mvuto+ i Ribula+ mu gihugu ca Hamati, kugira ngo amubuze kuganza i Yeruzalemu, maze ategeka igihugu gutanga amande+ y’italanto ijana z’ifeza+ n’italanto imwe y’inzahabu+. 2 Ngoma 36:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyongeye, umwami+ wa Misiri yimika Eliyakimu+ mwene wabo ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; mugabo mwene wabo Yehowahazi, Neko+ aramufata amujana mu Misiri+. Yeremiya 22:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze kuri Shalumu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda aganza mu kibanza ca Yosiya se wiwe+, uwasohotse avuye aha hantu, ati: ‘Ntazokwongera kuhagaruka.
33 Nuko Farawo Neko+ amushira mu mvuto+ i Ribula+ mu gihugu ca Hamati, kugira ngo amubuze kuganza i Yeruzalemu, maze ategeka igihugu gutanga amande+ y’italanto ijana z’ifeza+ n’italanto imwe y’inzahabu+.
4 Vyongeye, umwami+ wa Misiri yimika Eliyakimu+ mwene wabo ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; mugabo mwene wabo Yehowahazi, Neko+ aramufata amujana mu Misiri+.
11 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze kuri Shalumu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda aganza mu kibanza ca Yosiya se wiwe+, uwasohotse avuye aha hantu, ati: ‘Ntazokwongera kuhagaruka.