ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 25:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze bafata umwami+ hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni i Ribula+, kugira ngo bamucire urubanza.

  • Yeremiya 39:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo inteko za gisirikare z’Abakaludaya zitangura kuboma inyuma+, zihambiriza Zedekiya mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko+. Maze baramufata bamuduganira Nebukadirezari umwami wa Babiloni i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, kugira ngo amucire urubanza+.

  • Yeremiya 52:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nuko umwami wa Babiloni yicira abahungu ba Zedekiya mu maso yiwe+, yicira n’abaganwa bose ba Yuda i Ribula+.

  • Yeremiya 52:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Bano rero, Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima arabafata, abajana ku mwami wa Babiloni i Ribula+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika