ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mu kwezi kugira gatanu, ku musi ugira indwi w’ukwo kwezi, ari wo mwaka ugira cumi n’icenda+ w’Umwami Nebukadinezari umwami wa Babiloni, Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima, umusuku w’umwami wa Babiloni, ashika i Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 39:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Amasigarira y’abantu bari basigaye mu gisagara, n’abari bataye bakomoka bakishikana kuri we, n’amasigarira y’abantu bari basigaye, Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima+ abajana mu bunyagano i Babiloni+.

  • Yeremiya 40:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, aho Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima amariye kumurungika amukuye i Rama+, igihe yamutora aboheshejwe amapingu hagati mu bagizwe inyagano bose ba Yeruzalemu n’aba Yuda, abari bajanywe mu bunyagano i Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika