Ezira 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko bene Isirayeli, abaherezi n’Abalewi+ n’abasigaye mu bahora ari inyagano+, bahimbaza ibirori vyo kwinjira+ iyo nzu y’Imana bafise akanyamuneza.
16 Nuko bene Isirayeli, abaherezi n’Abalewi+ n’abasigaye mu bahora ari inyagano+, bahimbaza ibirori vyo kwinjira+ iyo nzu y’Imana bafise akanyamuneza.