2 Abami 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Gutyo atwara Yehoyakini+ mu bunyagano i Babiloni+; nyina w’umwami+, n’abagore b’umwami, n’abakozi biwe bo ku kirimba+, n’abantu bakurubakuru bo muri ico gihugu, abatwara i Babiloni ari inyagano, abakuye i Yeruzalemu. Ezira 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abarwanizi+ ba Yuda na Benyamini bumvise ko abavuye mu Bunyagano+ bariko bubakira urusengero Yehova Imana ya Isirayeli, Nehemiya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Hanani+ umwe muri bene wacu arinjira, we n’abandi bagabo bavuye muri Yuda, hanyuma ntangura kubabaza+ amakuru y’Abayuda+, abari baracitse kw’icumu+, amasigarira y’abari barajanywe mu bunyagano+, n’amakuru ya Yeruzalemu.
15 Gutyo atwara Yehoyakini+ mu bunyagano i Babiloni+; nyina w’umwami+, n’abagore b’umwami, n’abakozi biwe bo ku kirimba+, n’abantu bakurubakuru bo muri ico gihugu, abatwara i Babiloni ari inyagano, abakuye i Yeruzalemu.
4 Abarwanizi+ ba Yuda na Benyamini bumvise ko abavuye mu Bunyagano+ bariko bubakira urusengero Yehova Imana ya Isirayeli,
2 Maze Hanani+ umwe muri bene wacu arinjira, we n’abandi bagabo bavuye muri Yuda, hanyuma ntangura kubabaza+ amakuru y’Abayuda+, abari baracitse kw’icumu+, amasigarira y’abari barajanywe mu bunyagano+, n’amakuru ya Yeruzalemu.