ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 25:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mu mwaka ugira mirongo itatu n’indwi Yehoyakini+ umwami wa Yuda ajanywe mu bunyagano, mu kwezi kugira cumi na kabiri, ku musi ugira mirongo ibiri n’indwi w’ukwo kwezi, Evili-merodaki+ umwami wa Babiloni, mu mwaka yabereyemwo umwami, asohora*+ Yehoyakini umwami wa Yuda mu nzu y’ibohero;

  • 1 Ngoma 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Abahungu Yekoniya yavyaye ari imbohe bari Sheyalutiyeli+ umuhungu wiwe

  • Yeremiya 22:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Yehova avuze, ‘naho wewe Koniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami wa Yuda, woba uri impeta y’ikidodo+ ku kuboko kwanje kw’iburyo, nohagushikura+!

  • Yeremiya 52:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Amaherezo mu mwaka ugira mirongo itatu n’indwi Yehoyakini+ umwami wa Yuda ajanywe mu bunyagano, mu kwezi kugira cumi na kabiri, ku musi ugira mirongo ibiri na gatanu w’ukwo kwezi, Evili-merodaki umwami wa Babiloni, mu mwaka yabereyemwo umwami, asohora*+ Yehoyakini umwami wa Yuda, amukura mu nzu y’ibohero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika