31 Mu mwaka ugira 37 Yehoyakini+ umwami w’Ubuyuda ari mu bunyagano, ku musi ugira 25 w’ukwezi kugira 12, Evili-Merodaki umwami wa Babiloni akura Yehoyakini umwami w’Ubuyuda mw’ibohero, aramurekura. Hari mu mwaka Evili-Merodaki yatanguriyemwo kuganza+.