Yeremiya 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze ku bijanye n’inzu y’umwami wa Yuda: ‘Kuri jewe uri nka Gileyadi, agatwe ka Libani+. Sinzobura kukugira agahinga+; nayo ku bijanye n‘ibisagara, nta na kimwe kizobamwo abantu+.
6 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze ku bijanye n’inzu y’umwami wa Yuda: ‘Kuri jewe uri nka Gileyadi, agatwe ka Libani+. Sinzobura kukugira agahinga+; nayo ku bijanye n‘ibisagara, nta na kimwe kizobamwo abantu+.