Zaburi 107:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Isi yimbuka ayihindura igihugu c’umunyu+,Kubera ububi bw’abahaba. Yesaya 27:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko igisagara gikingijwe ibihome kizoba inyakamwe, itongo ry’uburagiriro rigatabwa, rigahebwa nk’agahinga+. Aho ni ho inyana izorisha, kandi ni ho izoryama; kandi azoyigiza koko amashami yiwe+.
10 Kuko igisagara gikingijwe ibihome kizoba inyakamwe, itongo ry’uburagiriro rigatabwa, rigahebwa nk’agahinga+. Aho ni ho inyana izorisha, kandi ni ho izoryama; kandi azoyigiza koko amashami yiwe+.