ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kandi ku misozi yose yahora ikurwako ibiterwa bigorana hakoreshejwe isuka, emwe, ntuzohaza kubera ugutinya ibisaka vy’amahwa n’ivyatsi bibi; kandi hazocika koko ikibanza co kurekuriramwo amashūri, n’ubutaka buhonyangwa n’intama+.”

  • Yesaya 17:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ibisagara vya Aroweri+ vyahebwe bicitse ibibanza vy’amasho, aho yivyagirira, ata n’umwe ayajugumiza+.

  • Yesaya 32:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko umunara wo kubamwo ubwawo watawe+, uruyogoyogo rw’igisagara rwahebwe; Ofeli+ be n’umunara w’inderetsi ubwavyo vyacitse amatongo y’agahinga, bicika umwigino w’imparage igihe kitagira urugero, uburagiriro bw’amasho;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika