16 aka ni ko kabaye akarere kabo: kuva i Aroweri+ hari ku nkombe y’umwonga wa Arunoni, n’igisagara kiri hagati muri nya mwonga, n’amataba yose ari iruhande ya Medeba+;
33 kuva kuri Yorodani werekeza iyo izuba rirasira, igihugu cose ca Gileyadi+, Abagadi+ n’Abarubeni+ n’Abamanase+, kuva i Aroweri+ iruhande y’umwonga Arunoni, egome, Gileyadi na Bashani+.