Gusubira mu vyagezwe 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze ahasigaye kuri Gileyadi+ na Bashani+ yose y’ubwami bwa Ogi ndahaha igice c’umuryango wa Manase. Akarere kose ka Arugobu+ h’i Bashani hose, mbega ntikitwa igihugu c’Abarefayimu+?
13 Maze ahasigaye kuri Gileyadi+ na Bashani+ yose y’ubwami bwa Ogi ndahaha igice c’umuryango wa Manase. Akarere kose ka Arugobu+ h’i Bashani hose, mbega ntikitwa igihugu c’Abarefayimu+?