Yeremiya 48:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Hagarara iruhande y’ibarabara witegereze, wewe uba i Aroweri+. Baza umugabo ariko arahunga n’umugore ayanyaze, uti: “Habaye iki?”
19 Hagarara iruhande y’ibarabara witegereze, wewe uba i Aroweri+. Baza umugabo ariko arahunga n’umugore ayanyaze, uti: “Habaye iki?”