Yeremiya 48:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Hagarara, weraguze urondera inzira, ewe mugore uba i Aroweri+! Baza umugabo ahunga, n’umugore anyaze amagara. Uvuge uti: ‘Habaye iki+?’
19 “Hagarara, weraguze urondera inzira, ewe mugore uba i Aroweri+! Baza umugabo ahunga, n’umugore anyaze amagara. Uvuge uti: ‘Habaye iki+?’